Itanguriro 33:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 maze ashira nya basukukazi n’abana babo imbere+, Leya n’abana biwe inyuma ya bano+, hanyuma Rasheli na Yozefu inyuma yabo+. Gusubira mu vyagezwe 25:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ingene yagusanze mu nzira, agakubita mu ruhande rwawe rw’inyuma abagenda bagozēra inyuma yawe bose, mu gihe wari urushe, urambiwe; kandi ntiyatinye Imana+.
2 maze ashira nya basukukazi n’abana babo imbere+, Leya n’abana biwe inyuma ya bano+, hanyuma Rasheli na Yozefu inyuma yabo+.
18 ingene yagusanze mu nzira, agakubita mu ruhande rwawe rw’inyuma abagenda bagozēra inyuma yawe bose, mu gihe wari urushe, urambiwe; kandi ntiyatinye Imana+.