Kuvayo 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ivutu n’ukuranduka umutima bizobagwako+.Kubera ubukuru bw’ukuboko kwawe, bazoba abadakakaza nk’ibuye,Gushika abantu bawe+ barenganye, ewe Yehova,Gushika abantu wishiriyeho+ barenganye+. Zaburi 36:1 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ico ukugabitanya kubwira umubisha, kiri hagati mu mutima wiwe+;Nta kugirira ubwoba Imana kuri imbere y’amaso yiwe+. Abaroma 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Nta gutinya Imana kuri imbere y’amaso yabo+.”
16 Ivutu n’ukuranduka umutima bizobagwako+.Kubera ubukuru bw’ukuboko kwawe, bazoba abadakakaza nk’ibuye,Gushika abantu bawe+ barenganye, ewe Yehova,Gushika abantu wishiriyeho+ barenganye+.
36 Ico ukugabitanya kubwira umubisha, kiri hagati mu mutima wiwe+;Nta kugirira ubwoba Imana kuri imbere y’amaso yiwe+.