Itanguriro 20:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Aburahamu na we avuga ati: “Ni uko nibwiye nti: ‘Ni ukuri nta gutinya Imana kuri aha hantu+, kandi ntibazobura kunyica kubera umugore wanje+.’ Zaburi 36:1 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ico ukugabitanya kubwira umubisha, kiri hagati mu mutima wiwe+;Nta kugirira ubwoba Imana kuri imbere y’amaso yiwe+. Zaburi 112:1 Bibiliya y’isi nshasha 112 Shemeze Ya+! א [ʼAlefu]Hahiriwe umuntu atinya Yehova+,ב [Beti]Yahimbawe cane+ n’amabwirizwa yiwe+. Imigani 16:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Biciye ku buntu bwuzuye urukundo no ku kuri ikosa rirahongerwa+, kandi mu gutinya Yehova umuntu arakevya ngo ntagwe mu bibi+.
11 Aburahamu na we avuga ati: “Ni uko nibwiye nti: ‘Ni ukuri nta gutinya Imana kuri aha hantu+, kandi ntibazobura kunyica kubera umugore wanje+.’
36 Ico ukugabitanya kubwira umubisha, kiri hagati mu mutima wiwe+;Nta kugirira ubwoba Imana kuri imbere y’amaso yiwe+.
112 Shemeze Ya+! א [ʼAlefu]Hahiriwe umuntu atinya Yehova+,ב [Beti]Yahimbawe cane+ n’amabwirizwa yiwe+.
6 Biciye ku buntu bwuzuye urukundo no ku kuri ikosa rirahongerwa+, kandi mu gutinya Yehova umuntu arakevya ngo ntagwe mu bibi+.