Itanguriro 20:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Aburahamu na we avuga ati: “Ni uko nibwiye nti: ‘Ni ukuri nta gutinya Imana kuri aha hantu+, kandi ntibazobura kunyica kubera umugore wanje+.’ Abaroma 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Nta gutinya Imana kuri imbere y’amaso yabo+.”
11 Aburahamu na we avuga ati: “Ni uko nibwiye nti: ‘Ni ukuri nta gutinya Imana kuri aha hantu+, kandi ntibazobura kunyica kubera umugore wanje+.’