Abacamanza 17:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo asubiza nyina izo feza, maze nyina afata ibice amajana abiri vy’ifeza, abiha umucuzi w’ifeza+. Uno akora igishusho c’ikibazano+ n’igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe+; nuko biba mu nzu ya Mika. Abacamanza 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwo mugabo Mika yari afise inzu y’imana+; atangura rero gukora efodi+ na terafimu*+ no kwuzuza ububasha ukuboko+ kw’umwe mu bahungu biwe, kugira ngo amubere umuherezi+.
4 Mugabo asubiza nyina izo feza, maze nyina afata ibice amajana abiri vy’ifeza, abiha umucuzi w’ifeza+. Uno akora igishusho c’ikibazano+ n’igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe+; nuko biba mu nzu ya Mika.
5 Uwo mugabo Mika yari afise inzu y’imana+; atangura rero gukora efodi+ na terafimu*+ no kwuzuza ububasha ukuboko+ kw’umwe mu bahungu biwe, kugira ngo amubere umuherezi+.