Abaroma 12:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ntihagire n’umwe mwishura ikibi ku kindi+. Mukore ivyiza mu maso y’abantu bose. Abaroma 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ntimureke rero ngo muvugwe nabi ku ciza mukora. 1 Abakorinto 10:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Mwirinde kuba ibitsitaza+ ku Bayuda no ku Bagiriki no kw’ishengero ry’Imana,