Zaburi 138:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova ubwiwe azoshitsa ivyo antegurira+.Ewe Yehova, ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ni ubwo gushika igihe kitagira urugero+.Ntute ibikorwa vy’amaboko yawe+. Abaroma 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ariko turazi yuko Imana ituma ibikorwa vyayo vyose+ bisenyera ku mugozi umwe ku neza y’abakunda Imana, bakaba ari abahamagawe hisunzwe intumbero yayo+; 1 Petero 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 muterere amaganya+ yanyu yose kuri yo, kuko ibababara+.
8 Yehova ubwiwe azoshitsa ivyo antegurira+.Ewe Yehova, ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ni ubwo gushika igihe kitagira urugero+.Ntute ibikorwa vy’amaboko yawe+.
28 Ariko turazi yuko Imana ituma ibikorwa vyayo vyose+ bisenyera ku mugozi umwe ku neza y’abakunda Imana, bakaba ari abahamagawe hisunzwe intumbero yayo+;