ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 9:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 kuko igihe batari bwavuke canke ngo bakore ikintu na kimwe ciza canke c’agahomerabunwa+, kugira ngo intumbero y’Imana ku bijanye n’itorwa ryabo igume itavana n’ibikorwa, ahubwo igume ivana n’Umwe ahamagara+,

  • Abanyefeso 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 mu bumwe na we tukaba kandi twatorewe kuba ba samuragwa+, kuko twagenywe imbere y’igihe hisunzwe intumbero y’umwe akora vyose nk’uko ukugomba kwiwe guhanura+,

  • 2 Timoteyo 1:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yaradukijije+ yongera iduhamagaza ihamagara ryeranda+, bitavanye n’ibikorwa vyacu+, ahubwo bivanye n’intumbero yayo be n’ubuntu ata wari abukwiriye bwayo. Ivyo twarabihawe mu bijanye na Kristu Yezu imbere y’ibihe vya kera cane+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika