Itanguriro 38:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yuda abwira Onani rero ati: “Ryamana n’umugore wa mwene wanyu, umucure, maze uhagurukirize uruvyaro mwene wanyu+.” Gusubira mu vyagezwe 25:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Mu gihe abavukana babana maze umwe muri bo agapfa ata gahungu agira, umugore w’uwo apfuye ntaze yabirwe hanze n’umugabo w’ahandi. Muramuwe aze agende aho ari amwabire, acure umugore wa mwene wabo+. Luka 20:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 bati: “Mwigisha, Musa+ yatwandikiye ati: ‘Mwene wabo n’umuntu niyapfa afise umugore, ariko uwo mugabo akaba yagumye ata mwana afise, mwene wabo+ aze yabire nya mugore, ahagurukirize uruvyaro mwene wabo kuri nya mugore+.’
8 Yuda abwira Onani rero ati: “Ryamana n’umugore wa mwene wanyu, umucure, maze uhagurukirize uruvyaro mwene wanyu+.”
5 “Mu gihe abavukana babana maze umwe muri bo agapfa ata gahungu agira, umugore w’uwo apfuye ntaze yabirwe hanze n’umugabo w’ahandi. Muramuwe aze agende aho ari amwabire, acure umugore wa mwene wabo+.
28 bati: “Mwigisha, Musa+ yatwandikiye ati: ‘Mwene wabo n’umuntu niyapfa afise umugore, ariko uwo mugabo akaba yagumye ata mwana afise, mwene wabo+ aze yabire nya mugore, ahagurukirize uruvyaro mwene wabo kuri nya mugore+.’