Rusi 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Rusi avuga ati: “Yaco unyinginga ngo nguhebe, ngo nsubire inyuma ndeke kujana nawe; kuko aho uzoja ari ho nzoja, kandi aho uzorara ni ho nzorara+. Abantu bawe bazoba abantu banje+, n’Imana yawe ibe Imana yanje+. 1 Abakorinto 13:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 ntirwigenza ukutabereye+, ntirurondera inyungu zarwo bwite+, ntirukaza ishavu+. Ntiruza ruraharura ikibi rukorewe+.
16 Rusi avuga ati: “Yaco unyinginga ngo nguhebe, ngo nsubire inyuma ndeke kujana nawe; kuko aho uzoja ari ho nzoja, kandi aho uzorara ni ho nzorara+. Abantu bawe bazoba abantu banje+, n’Imana yawe ibe Imana yanje+.
5 ntirwigenza ukutabereye+, ntirurondera inyungu zarwo bwite+, ntirukaza ishavu+. Ntiruza ruraharura ikibi rukorewe+.