Yesaya 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ico gihe Yehova avuga biciye kuri Yesaya mwene Amozi+, ati: “Genda+, kandi utegerezwa gutekurura igunira rikuve mu mafyinga+; kandi inkweto* zawe ukwiye kuzikura ku birenge vyawe+.” Nuko agira kuno, agendagenda ari gusa n’ibirenge bigaragara+. Mika 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ku bw’ivyo, nzoboroga nongere ndire+; nzogenda ibirenge bigaragara kandi ndi gusa+. Nzoboroga nk’imbwebwe, ngandare nk’ibinyoni vyitwa imbuni vy’ibigore.
2 ico gihe Yehova avuga biciye kuri Yesaya mwene Amozi+, ati: “Genda+, kandi utegerezwa gutekurura igunira rikuve mu mafyinga+; kandi inkweto* zawe ukwiye kuzikura ku birenge vyawe+.” Nuko agira kuno, agendagenda ari gusa n’ibirenge bigaragara+.
8 Ku bw’ivyo, nzoboroga nongere ndire+; nzogenda ibirenge bigaragara kandi ndi gusa+. Nzoboroga nk’imbwebwe, ngandare nk’ibinyoni vyitwa imbuni vy’ibigore.