Yobu 31:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mbega ubwayo ntibona inzira zanje+Igaharura mbere n’intambuko zanje zose? Zaburi 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Wasuzumye umutima wanje, wangenduye mw’ijoro+,Warantyoroye; uzobona yuko ata mugambi mubi nateguye+.Akanwa kanje ntikazogabitanya+. Zaburi 139:1 Bibiliya y’isi nshasha 139 Ewe Yehova, waranseranguye, kandi uranzi+.
3 Wasuzumye umutima wanje, wangenduye mw’ijoro+,Warantyoroye; uzobona yuko ata mugambi mubi nateguye+.Akanwa kanje ntikazogabitanya+.