2 Samweli 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Dawidi avuga ati: “Hari uwoba agisigaye mu nzu ya Sauli ngo ndamugirire ubuntu bwuzuye urukundo+ ku bwa Yonatani+?” 2 Samweli 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko umwami agirira impuhwe Mefibosheti+ mwene Yonatani, Yonatani wa Sauli, kubera indahiro+ ya Yehova yari hagati yabo, hagati ya Dawidi na Yonatani mwene Sauli.
9 Maze Dawidi avuga ati: “Hari uwoba agisigaye mu nzu ya Sauli ngo ndamugirire ubuntu bwuzuye urukundo+ ku bwa Yonatani+?”
7 Ariko umwami agirira impuhwe Mefibosheti+ mwene Yonatani, Yonatani wa Sauli, kubera indahiro+ ya Yehova yari hagati yabo, hagati ya Dawidi na Yonatani mwene Sauli.