Abalewi 11:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ivyo rero vyotuma mwihumanya. Umuntu wese akoze ku mivyimba yavyo azoba uwuhumanye gushika ku mugoroba+. Abalewi 15:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umuntu akoze ku gitanda ciwe aze amese impuzu ziwe kandi yiyuhagire mu mazi, abe uwuhumanye gushika ku mugoroba+. Abalewi 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Mu gihe na ho intanga zisutse+ ziva mu mugabo, ategerezwa kwuhagira umubiri wiwe wose mu mazi, hanyuma abe uwuhumanye gushika ku mugoroba. Abalewi 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “‘Nayo umugore aryamanye n’umugabo hakaba isohoka ry’intanga, bategerezwa kwiyuhagira mu mazi hanyuma babe abahumanye+ gushika ku mugoroba. Guharura 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Umuntu wese ari mu gahinga azokora ku muntu yagandagujwe inkota+ canke ku kiziga canke kw’igufa+ ry’umuntu canke ku mva, azoba uwuhumanye imisi indwi.
24 Ivyo rero vyotuma mwihumanya. Umuntu wese akoze ku mivyimba yavyo azoba uwuhumanye gushika ku mugoroba+.
5 Umuntu akoze ku gitanda ciwe aze amese impuzu ziwe kandi yiyuhagire mu mazi, abe uwuhumanye gushika ku mugoroba+.
16 “‘Mu gihe na ho intanga zisutse+ ziva mu mugabo, ategerezwa kwuhagira umubiri wiwe wose mu mazi, hanyuma abe uwuhumanye gushika ku mugoroba.
18 “‘Nayo umugore aryamanye n’umugabo hakaba isohoka ry’intanga, bategerezwa kwiyuhagira mu mazi hanyuma babe abahumanye+ gushika ku mugoroba.
16 Umuntu wese ari mu gahinga azokora ku muntu yagandagujwe inkota+ canke ku kiziga canke kw’igufa+ ry’umuntu canke ku mva, azoba uwuhumanye imisi indwi.