1 Samweli 18:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze Sauli arashavura cane+; iryo jambo riba ribi mu maso yiwe, ku buryo avuga ati: “Dawidi bamuhaye ibihumbi mirongo, ariko jeho bampa ibihumbi; igisigaye gusa ni uko ahabwa ingoma+!”
8 Maze Sauli arashavura cane+; iryo jambo riba ribi mu maso yiwe, ku buryo avuga ati: “Dawidi bamuhaye ibihumbi mirongo, ariko jeho bampa ibihumbi; igisigaye gusa ni uko ahabwa ingoma+!”