1 Samweli 20:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+.
33 Sauli aca araririza icumu kuri we kugira ngo amwice+; gutyo Yonatani amenya ko se wiwe yari yiyemeje kwica Dawidi+.