ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 6:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Yehova yunamurire amaso yiwe kuri wewe+ yongere aguhe amahoro+.”’

  • 1 Samweli 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Maze Eli arishura, ati: “Genda amahoro+, Imana ya Isirayeli iguhe ico wayisavye+.”

  • Luka 7:50
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 50 Mugabo abwira nya mugore ati: “Ukwizera kwawe kuragukijije+; niwigire amahoro+.”

  • Ivyakozwe 16:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Nuko wa murinzi w’ibohero ashikiriza Paulo amajambo yabo ati: “Abacamanza baraba ivy’abanyagihugu batumye abantu yuko mwebwe babiri mworekurwa. Ubu rero, nimusohoke mwigire amahoro.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika