ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 9:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Yezu arahindukira, aramubona, avuga ati: “Rema, mukobwa wanje; ukwizera kwawe kuragukijije+.” Kuva kuri iyo saha nya mugore arakira+.

  • Luka 8:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Mugabo amubwira ati: “Mukobwa wanje, ukwizera kwawe kuragukijije+; niwigire amahoro+.”

  • Abanyefeso 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mu vy’ukuri, ubwo buntu ata wari abukwiriye ni bwo mwakirishijwe biciye mu kwizera+; kandi ivyo ntibiva kuri mwebwe+, ni ingabirano y’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika