Mariko 10:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Yezu na we amubwira ati: “Genda, ukwizera kwawe kuragukijije+.” Buno nyene arahumuka+, aca atangura kumukurikira mu nzira+. Luka 7:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Mugabo abwira nya mugore ati: “Ukwizera kwawe kuragukijije+; niwigire amahoro+.” Luka 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Amubwira ati: “Haguruka wigire; ukwizera kwawe kuragukijije+.” Luka 18:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Nuko Yezu amubwira ati: “Humuka; ukwizera kwawe kuragukijije+.” Ivyakozwe 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uyo mugabo yariko yumviriza ivyo Paulo avuga, kandi uno amushinze ijisho akabona ko afise ukwizera+ kugira ngo akizwe,
52 Yezu na we amubwira ati: “Genda, ukwizera kwawe kuragukijije+.” Buno nyene arahumuka+, aca atangura kumukurikira mu nzira+.
9 Uyo mugabo yariko yumviriza ivyo Paulo avuga, kandi uno amushinze ijisho akabona ko afise ukwizera+ kugira ngo akizwe,