2 Nayo Sauli n’abagabo ba Isirayeli, bakoranira hamwe maze bakambika mu kiyaya co hasi ca Ela+; hanyuma batonda urugamba kugira ngo bahure n’Abafilisitiya.
50 Gutyo Dawidi, akoresheje umugozi wo guteresha be n’ibuye, arusha inkomezi uwo Mufilisitiya, agarika nya Mufilisitiya, aramwica; kandi nta nkota yari mu kuboko kwa Dawidi+.