ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 3:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Inyuma ya Ehudi haza Shamugari+ mwene Anati; yica Abafilisitiya+, abagabo amajana atandatu, akoresheje umuhunda w’inka; na we nyene akiza Isirayeli+.

  • Abacamanza 15:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko abona umubangabanga w’indogobwa y’ingabo utaruma, atuma ukuboko arawutora, awicisha abagabo igihumbi+.

  • 1 Samweli 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nuko ku musi w’urugamba, ntihaboneka inkota+ canke icumu mu kuboko kw’umuntu n’umwe mu bari kumwe na Sauli na Yonatani; mugabo haboneka ikirwanisho ca Sauli+ n’ica Yonatani umuhungu wiwe.

  • 1 Samweli 17:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Kandi iri shengero ryose riramenya ko Yehova adakirisha inkota canke icumu+, kuko urugamba ari urwa Yehova+, kandi arabatanga ata kabuza mu kuboko kwacu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika