Kuvayo 23:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Kandi nzoshinga urubibe rwawe guhera ku kiyaga Gitukura gushika ku kiyaga c’Abafilisitiya, no guhera ku gahinga gushika kuri rwa Ruzi+; kuko nzotanga mu kuboko kwanyu ababa mu gihugu, nawe uzobirukana vy’ukuri bakuve imbere+. Yosuwa 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Iki ni co gihugu kigisigaye+: uturere twose tw’Abafilisitiya+ n’Abageshuri+ bose Abacamanza 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ariko Samusoni ababwira ati: “Ubu hoho nta caha kizonyagira ku bijanye n’Abafilisitiya, ninabagirira nabi+.”
31 “Kandi nzoshinga urubibe rwawe guhera ku kiyaga Gitukura gushika ku kiyaga c’Abafilisitiya, no guhera ku gahinga gushika kuri rwa Ruzi+; kuko nzotanga mu kuboko kwanyu ababa mu gihugu, nawe uzobirukana vy’ukuri bakuve imbere+.
3 Ariko Samusoni ababwira ati: “Ubu hoho nta caha kizonyagira ku bijanye n’Abafilisitiya, ninabagirira nabi+.”