4 Ariko se na nyina ntibari bazi ko ivyo vyari bivuye kuri Yehova+, ko yarondera akaryo ko gutera Abafilisitiya, kuko ico gihe nyene Abafilisitiya baganza Isirayeli+.
5 Aca adomeka nya bimuri, maze azirekurira mu mirima y’Abafilisitiya y’ibinyantete bihagaze. Gutyo aturira ikintu cose, uhereye ku muganda gushika ku binyantete bihagaze no ku mirima y’imizabibu no ku mirima y’imyelayo+.