2 Ngoma 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko avuga ati: “Nimwumvirize, ewe Yuda yose namwe ababa i Yeruzalemu nawe Mwami Yehoshafati! Ibi ni vyo Yehova ababwiye: ‘Ntimutinye+ canke ngo mutekerwe n’ubwoba kubera iryo sinzi rinini; kuko urugamba atari urwanyu, mugabo ni urw’Imana+. Zaburi 46:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela. Imigani 21:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ifarasi ni ikintu categuriwe umusi w’urugamba+, mugabo ubukiriro ni ubwa Yehova+.
15 Nuko avuga ati: “Nimwumvirize, ewe Yuda yose namwe ababa i Yeruzalemu nawe Mwami Yehoshafati! Ibi ni vyo Yehova ababwiye: ‘Ntimutinye+ canke ngo mutekerwe n’ubwoba kubera iryo sinzi rinini; kuko urugamba atari urwanyu, mugabo ni urw’Imana+.
11 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela.