Itanguriro 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko Yehova yitaho Sara nk’uko yari yaravuze, maze Yehova agirira Sara nk’uko yari yaravuze+. Gusubira mu vyagezwe 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Uzocika uwuhezagiwe mu bindi bisata vyose vy’abantu+. Muri wewe ntihazoba uw’igitsina-gabo canke uw’igitsina-gore abura uruvyaro, eka no mu bitungwa vyawe+. 1 Samweli 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze bavyuka kare mu gitondo, bakubita inkoro hasi imbere ya Yehova, hanyuma basubira inyuma, baja iwabo i Rama+. Nuko Elikana aryamana+ na Hana umugore wiwe, maze Yehova aramwibuka+.
14 Uzocika uwuhezagiwe mu bindi bisata vyose vy’abantu+. Muri wewe ntihazoba uw’igitsina-gabo canke uw’igitsina-gore abura uruvyaro, eka no mu bitungwa vyawe+.
19 Maze bavyuka kare mu gitondo, bakubita inkoro hasi imbere ya Yehova, hanyuma basubira inyuma, baja iwabo i Rama+. Nuko Elikana aryamana+ na Hana umugore wiwe, maze Yehova aramwibuka+.