Gusubira mu vyagezwe 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ba se ntibakwiye kwicwa bazira abana, kandi n’abana ntibakwiye kwicwa bazira ba se+. Umwe wese azopfa ahowe igicumuro ciwe bwite+. 1 Samweli 2:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Emwe, uzokwitegereza uwukurwanya aho mba hagati mu vyiza vyose bigirirwa Isirayeli+; ntihazokwigera habaho umutama mu nzu yawe.
16 “Ba se ntibakwiye kwicwa bazira abana, kandi n’abana ntibakwiye kwicwa bazira ba se+. Umwe wese azopfa ahowe igicumuro ciwe bwite+.
32 Emwe, uzokwitegereza uwukurwanya aho mba hagati mu vyiza vyose bigirirwa Isirayeli+; ntihazokwigera habaho umutama mu nzu yawe.