1 Samweli 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Avuga rero ati: “Ubuninahazwa bwavuye kuri Isirayeli buja mu bunyagano+, kuko isandugu y’Imana y’ukuri yafashwe+.” Zaburi 78:61 Bibiliya y’isi nshasha 61 Itanga inkomezi zayo ngo zigirwe imbohe+,Ubwiza bwayo ibutanga mu kuboko kw’umurwanizi+.
22 Avuga rero ati: “Ubuninahazwa bwavuye kuri Isirayeli buja mu bunyagano+, kuko isandugu y’Imana y’ukuri yafashwe+.”