1 Samweli 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mugabo yita nya gahungu Ikabodi*+, avuga ati: “Ubuninahazwa bwavuye kuri Isirayeli buja mu bunyagano+,” aho akaba yariko yerekeza ku gufatwa kw’isandugu y’Imana y’ukuri no kuri sebukwe n’umugabo wiwe+.
21 Mugabo yita nya gahungu Ikabodi*+, avuga ati: “Ubuninahazwa bwavuye kuri Isirayeli buja mu bunyagano+,” aho akaba yariko yerekeza ku gufatwa kw’isandugu y’Imana y’ukuri no kuri sebukwe n’umugabo wiwe+.