1 Samweli 2:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Emwe, uzokwitegereza uwukurwanya aho mba hagati mu vyiza vyose bigirirwa Isirayeli+; ntihazokwigera habaho umutama mu nzu yawe. 1 Samweli 2:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Iki ni co kizokubera ikimenyetso c’ivyo, kandi kizoza ku bahungu bawe babiri, Hofuni na Finehasi+: Bompi bazopfira umusi umwe+.
32 Emwe, uzokwitegereza uwukurwanya aho mba hagati mu vyiza vyose bigirirwa Isirayeli+; ntihazokwigera habaho umutama mu nzu yawe.
34 Iki ni co kizokubera ikimenyetso c’ivyo, kandi kizoza ku bahungu bawe babiri, Hofuni na Finehasi+: Bompi bazopfira umusi umwe+.