1 Samweli 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Isandugu y’Imana irafatwa+, ba bahungu babiri ba Eli, Hofuni na Finehasi, na bo barapfa+. 1 Samweli 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nya muntu yari azanye inkuru arishura ati: “Isirayeli yahunze imbere y’Abafilisitiya, kandi abantu batsinzwe bikomeye+; mbere na ba bahungu bawe babiri Hofuni na Finehasi bapfuye+, kandi n’isandugu y’Imana y’ukuri yafashwe+.”
17 Nya muntu yari azanye inkuru arishura ati: “Isirayeli yahunze imbere y’Abafilisitiya, kandi abantu batsinzwe bikomeye+; mbere na ba bahungu bawe babiri Hofuni na Finehasi bapfuye+, kandi n’isandugu y’Imana y’ukuri yafashwe+.”