ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 2:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Ehe imisi iraje aho nzokuraho ububasha bwawe n’ububasha bw’inzu ya sogokuruza wawe, kugira ngo ntihazobeho umutama mu nzu yawe+.

  • 1 Samweli 2:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Iki ni co kizokubera ikimenyetso c’ivyo, kandi kizoza ku bahungu bawe babiri, Hofuni na Finehasi+: Bompi bazopfira umusi umwe+.

  • 1 Samweli 4:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nya muntu yari azanye inkuru arishura ati: “Isirayeli yahunze imbere y’Abafilisitiya, kandi abantu batsinzwe bikomeye+; mbere na ba bahungu bawe babiri Hofuni na Finehasi bapfuye+, kandi n’isandugu y’Imana y’ukuri yafashwe+.”

  • Zaburi 78:64
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 64 Nayo abaherezi bayo, bagwishwa n’inkota+,

      Abapfakazi babo na bo ntibarira+.

  • Umusiguzi 8:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nta muntu afise ububasha ku mpwemu ngo atangire impwemu+; eka nta n’ububasha namba buhaba ku musi w’urupfu+; kandi nta n’umwe akurwako ukuja muri iyo ntambara+. Kandi ububisha ntibuzokiza ababwivobekamwo+.

  • Umusiguzi 8:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mugabo umubisha ntibizomugendera neza na gato+, eka nta n’ubwo azorehura imisi yiwe imeze nk’igitutu+, kuko adatinya Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika