ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 9:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ababisha+ bazosubira mu kuzimu+,

      Mbere n’amahanga yose yibagira Imana+.

  • Zaburi 52:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Imana ubwayo na yo izogusiturira hasi ku bw’ibihe bidahera+;

      Izogucinya hasi, igushikure mw’ihema ryawe+,

      Kandi ntizobura kukurandura mu gihugu c’abazima+. Sela.

  • Imigani 14:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Umubisha azohenurwa kubera ububi bwiwe+, mugabo umugororotsi azoronkera ubuhungiro mu gutungana kwiwe+.

  • Yesaya 28:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Isezerano mwasezeranye na Rupfu rizozimanganywa+, kandi ico mwaboneye hamwe na Kuzimu ntikizorama+. Rya segenya rikukumura kandi risesekaye niryarengana+—muzotegerezwa kandi kuribera aho guhonyanga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika