1 Samweli 2:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Iki ni co kizokubera ikimenyetso c’ivyo, kandi kizoza ku bahungu bawe babiri, Hofuni na Finehasi+: Bompi bazopfira umusi umwe+. Zaburi 78:64 Bibiliya y’isi nshasha 64 Nayo abaherezi bayo, bagwishwa n’inkota+,Abapfakazi babo na bo ntibarira+.
34 Iki ni co kizokubera ikimenyetso c’ivyo, kandi kizoza ku bahungu bawe babiri, Hofuni na Finehasi+: Bompi bazopfira umusi umwe+.