1 Samweli 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umukazana wiwe, umugore wa Finehasi, yari yibungenze ari hafi kwibaruka; nuko yumva inkuru yuko isandugu y’Imana y’ukuri yafashwe be n’uko sebukwe n’umugabo wiwe bapfuye. Aca arunama atangura kwibaruka, kuko yaciye afatwa n’ibise giturumbuka+. Yobu 27:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abarokotse biwe bazohambwa mu gihe c’ikiza cica,N’abapfakazi babo ntibazorira+.
19 Umukazana wiwe, umugore wa Finehasi, yari yibungenze ari hafi kwibaruka; nuko yumva inkuru yuko isandugu y’Imana y’ukuri yafashwe be n’uko sebukwe n’umugabo wiwe bapfuye. Aca arunama atangura kwibaruka, kuko yaciye afatwa n’ibise giturumbuka+.