Itanguriro 35:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze baragenda bavuye i Beteli. Hagisigaye akarere kanini k’igihugu ngo bashike muri Efurata+, Rasheli atangura kwibaruka; kandi vyariko biramugora kuvyara+.
16 Maze baragenda bavuye i Beteli. Hagisigaye akarere kanini k’igihugu ngo bashike muri Efurata+, Rasheli atangura kwibaruka; kandi vyariko biramugora kuvyara+.