Yobu 34:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Niyashira umutima wiwe ku muntu,Impwemu y’uwo muntu n’impemu ziwe akavyiyegeranirizako+, Umusiguzi 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze umukungugu usubira mw’ivu+ nk’uko wari, impwemu+ na yo igasubira ku Mana y’ukuri+ yayitanze+.
14 Niyashira umutima wiwe ku muntu,Impwemu y’uwo muntu n’impemu ziwe akavyiyegeranirizako+, Umusiguzi 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze umukungugu usubira mw’ivu+ nk’uko wari, impwemu+ na yo igasubira ku Mana y’ukuri+ yayitanze+.