Zaburi 89:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Ni nde muntu w’umugabo muzima atazobona urupfu+?Mbega yokiza ubuzima bwiwe ukuboko kw’ukuzimu+? Sela. Zaburi 104:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uhishije mu maso hawe, bihagarika umutima+.Utwaye impwemu yavyo, biracikana+,Bigasubira mu mukungugu wavyo+. Zaburi 146:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Impwemu yiwe irasohoka+, agasubira mu butaka bwiwe+;Uwo musi ivyiyumviro vyiwe bigahera+.
48 Ni nde muntu w’umugabo muzima atazobona urupfu+?Mbega yokiza ubuzima bwiwe ukuboko kw’ukuzimu+? Sela.
29 Uhishije mu maso hawe, bihagarika umutima+.Utwaye impwemu yavyo, biracikana+,Bigasubira mu mukungugu wavyo+.