Yobu 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umwe afise mu kuboko kwiwe ubuzima+ bw’umuntu wese muzimaBe n’impwemu y’umubiri wose w’umuntu+? Zaburi 104:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uhishije mu maso hawe, bihagarika umutima+.Utwaye impwemu yavyo, biracikana+,Bigasubira mu mukungugu wavyo+. Umusiguzi 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nta muntu afise ububasha ku mpwemu ngo atangire impwemu+; eka nta n’ububasha namba buhaba ku musi w’urupfu+; kandi nta n’umwe akurwako ukuja muri iyo ntambara+. Kandi ububisha ntibuzokiza ababwivobekamwo+. Matayo 27:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Yezu yongera gusemerera n’ijwi rirenga, aca aracikana+. Ivyakozwe 7:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Babandanya gutera amabuye Sitefano ariko atakamba ati: “Mukama Yezu, akira impwemu yanje+.”
29 Uhishije mu maso hawe, bihagarika umutima+.Utwaye impwemu yavyo, biracikana+,Bigasubira mu mukungugu wavyo+.
8 Nta muntu afise ububasha ku mpwemu ngo atangire impwemu+; eka nta n’ububasha namba buhaba ku musi w’urupfu+; kandi nta n’umwe akurwako ukuja muri iyo ntambara+. Kandi ububisha ntibuzokiza ababwivobekamwo+.