ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 14:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ariko umuntu w’umugabo arapfa, akarambarara yatsinzwe;

      Umuntu yakuwe mw’ivu aracikana, kandi ari hehe+?

  • Yobu 17:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Imisi yanje irarenganye+, imigambi yanje iratekurutse+,

      Ni yo vyipfuzo vy’umutima wanje.

  • Umusiguzi 9:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuko abazima bazi yuko bazopfa+; mugabo abapfuye, nta co bazi namba+, eka nta n’impembo bagifise, kuko ukwibukwa kwabo kwibagiwe+.

  • Umusiguzi 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ikintu cose ukuboko kwawe kuronse co gukora, nugikorane ububasha bwawe+, kuko ata gikorwa, canke umugambi, canke ubumenyi+, canke ubukerebutsi+ mu kuzimu+, aho uriko uraja+.

  • Yesaya 38:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuko ukuzimu atari kwo gushobora kuguhaya+; urupfu ntirushobora kugushemeza+.

      Abamanuka mu cobo ntibashobora kurabana icizigiro ukuri kwawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika