ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 30:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Kuko nzi neza yuko uzonsubiza mu rupfu+,

      No mu nzu y’ihuriro ry’abazima bose.

  • Zaburi 49:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Kugira ngo abandanye kubaho ibihe bidahera, ntabone icobo+.

  • Umusiguzi 3:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kuko hari iherezo ku bijanye n’abana b’abantu be n’iherezo ku bijanye n’igikoko, kandi bifise iherezo rimwe+. Uko kimwe gipfa, ni ko n’ikindi gipfa+; kandi vyose bifise impwemu+ imwe itarenga, ku buryo ata co umuntu asumvya igikoko, kuko vyose ari ubusa.

  • Umusiguzi 9:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuko abazima bazi yuko bazopfa+; mugabo abapfuye, nta co bazi namba+, eka nta n’impembo bagifise, kuko ukwibukwa kwabo kwibagiwe+.

  • Abaheburayo 11:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kubera ukwizera, Henoki+ yarimuwe kugira ngo ntabone urupfu, kandi nta hantu na hamwe yaboneka kubera ko Imana yari yamwimuye+; kuko imbere y’ukwimurwa kwiwe yashingiwe intahe yuko yari yahimbaye Imana rwose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika