Itanguriro 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi Henoki yaguma agendana+ n’Imana y’ukuri+. Maze ntiyaba akiboneka, kuko Imana yamutwaye+.