Gusubira mu vyagezwe 34:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hanyuma amuhamba mu mubande mu gihugu ca Mowabu imbere ya Beti-peyori+, kandi nta wigeze amenya imva yiwe gushika n’uyu musi+. Yohani 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, nta muntu yaduze mw’ijuru+ atari uwamanutse ava mw’ijuru+, ari we Mwana w’umuntu+. Abaheburayo 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kubera ukwizera, Henoki+ yarimuwe kugira ngo ntabone urupfu, kandi nta hantu na hamwe yaboneka kubera ko Imana yari yamwimuye+; kuko imbere y’ukwimurwa kwiwe yashingiwe intahe yuko yari yahimbaye Imana rwose+.
6 Hanyuma amuhamba mu mubande mu gihugu ca Mowabu imbere ya Beti-peyori+, kandi nta wigeze amenya imva yiwe gushika n’uyu musi+.
5 Kubera ukwizera, Henoki+ yarimuwe kugira ngo ntabone urupfu, kandi nta hantu na hamwe yaboneka kubera ko Imana yari yamwimuye+; kuko imbere y’ukwimurwa kwiwe yashingiwe intahe yuko yari yahimbaye Imana rwose+.