ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 6:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 kuko namanutse mva mw’ijuru+ atari ukugira ngo nkore ukugomba kwanje, mugabo ngo nkore ukugomba kw’uwandungitse+.

  • Yohani 8:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nuko abandanya kubabwira ati: “Mwebwe muri abo mu turere two hasi; jewe ndi uwo mu turere two hejuru+. Mwebwe muri abo muri iyi si+; jewe sindi uwo muri iyi si+.

  • Yohani 8:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Yezu ababwira ati: “Iyo Imana iba ari yo So, muba munkunda+, kuko navuye ku Mana, nkaba ndi hano+. Kandi sinaje ndavyigeneye na gato, mugabo Uwo ni we yantumye+.

  • 1 Abakorinto 15:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Umuntu wa mbere yavuye mw’isi akaba akozwe mu mukungugu+; umuntu wa kabiri yavuye mw’ijuru+.

  • Abanyefeso 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 None iryo jambo ngo: “igihe yaduga+,” risobanura iki atari uko kandi yamanutse mu turere two hasi, ni ukuvuga isi+?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika