ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 15:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+.

  • Yohani 17:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Narahishuriye izina ryawe abantu wampaye ubakuye mw’isi+. Bari abawe, urabampa, kandi barubahirije ijambo ryawe.

  • 1 Yohani 4:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Bo bakomoka mw’isi+; ni co gituma bavuga ibiva mw’isi, kandi isi irabumviriza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika