Gusubira mu vyagezwe 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Kandi utegerezwa kugumya amabwirizwa ya Yehova Imana yawe mu kugendera mu nzira ziwe+ no mu kumutinya+. Abacamanza 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 kugira ngo ndayagezeshe+ Isirayeli, ndabe nimba bazogumya canke batazogumya inzira ya Yehova mu kuyigenderamwo nk’uko ba se bayigumije.” Zaburi 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ni uwugenda ata mahinyu+, agakora ibigororotse+,Kandi akavuga ukuri mu mutima wiwe+. Imigani 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi abagororotse azobabikira muri ntibate ubukerebutsi ngirakamaro+; ni inkinzo ku bagendera mu gutungana*+, Mika 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yaraguhishuriye iciza ico ari co+, ewe muntu yakuwe mw’ivu! None hari ikindi Yehova agusaba atari ugukurikiza ubutungane+ no gukunda ubuntu+ no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+? Abakolosayi 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo mugende nk’uko bibereye+ Yehova+ ngo mumushimishe bimwe bishitse, uko mubandanya kwama ivyamwa mu gikorwa ciza cose+ no kugwira mu bumenyi butagira amakosa+ bw’Imana, 1 Abatesalonika 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kugira ngo mubandanye kugenda+ nk’uko bibereye Imana ibahamagarira+ ubwami+ bwayo n’ubuninahazwa bwayo. 3 Yohani 4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nta kindi mfise contera gukenguruka kiruta ibi bintu: ni uko nokwumva ko abana banje babandanya kugendera mu kuri+.
6 “Kandi utegerezwa kugumya amabwirizwa ya Yehova Imana yawe mu kugendera mu nzira ziwe+ no mu kumutinya+.
22 kugira ngo ndayagezeshe+ Isirayeli, ndabe nimba bazogumya canke batazogumya inzira ya Yehova mu kuyigenderamwo nk’uko ba se bayigumije.”
7 Kandi abagororotse azobabikira muri ntibate ubukerebutsi ngirakamaro+; ni inkinzo ku bagendera mu gutungana*+,
8 Yaraguhishuriye iciza ico ari co+, ewe muntu yakuwe mw’ivu! None hari ikindi Yehova agusaba atari ugukurikiza ubutungane+ no gukunda ubuntu+ no kugendana n’Imana yawe+ wifashe ruto+?
10 kugira ngo mugende nk’uko bibereye+ Yehova+ ngo mumushimishe bimwe bishitse, uko mubandanya kwama ivyamwa mu gikorwa ciza cose+ no kugwira mu bumenyi butagira amakosa+ bw’Imana,
12 kugira ngo mubandanye kugenda+ nk’uko bibereye Imana ibahamagarira+ ubwami+ bwayo n’ubuninahazwa bwayo.
4 Nta kindi mfise contera gukenguruka kiruta ibi bintu: ni uko nokwumva ko abana banje babandanya kugendera mu kuri+.