1 Abakorinto 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko naho mwogira abarezi+ ibihumbi cumi muri Kristu, mu vy’ukuri nta ba so benshi mufise+; kuko muri Kristu Yezu nacitse so biciye ku nkuru nziza+. 2 Timoteyo 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ndakwandikiye wewe Timoteyo, umwana wanje w’umukundwa+: Habe ubuntu ata wari abukwiriye, imbabazi, amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukama wacu+. Tito 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ndakwandikiye wewe Tito, umwana wanje+ nyakuri hisunzwe ukwizera dusangiye: Habe ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro biva ku Mana ari yo Data+ no kuri Kristu Yezu Umukiza wacu+. Filemoni 10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ndiko nguhimiriza ku vyerekeye umwana wanje+, uwo nabereye nka se+ ndi mu mvuto, ari we Onezime+,
15 Kuko naho mwogira abarezi+ ibihumbi cumi muri Kristu, mu vy’ukuri nta ba so benshi mufise+; kuko muri Kristu Yezu nacitse so biciye ku nkuru nziza+.
2 ndakwandikiye wewe Timoteyo, umwana wanje w’umukundwa+: Habe ubuntu ata wari abukwiriye, imbabazi, amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukama wacu+.
4 ndakwandikiye wewe Tito, umwana wanje+ nyakuri hisunzwe ukwizera dusangiye: Habe ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro biva ku Mana ari yo Data+ no kuri Kristu Yezu Umukiza wacu+.