1 Abakorinto 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ni co gituma ndabarungikiye Timoteyo+, kuko ari umwana wanje w’umukundwa+ kandi w’umwizigirwa mu Mukama; na we azobibutsa ubuhinga bwanje mu bijanye na Kristu Yezu+, nk’uko nigisha hose mw’ishengero iryo ari ryo ryose.
17 Ni co gituma ndabarungikiye Timoteyo+, kuko ari umwana wanje w’umukundwa+ kandi w’umwizigirwa mu Mukama; na we azobibutsa ubuhinga bwanje mu bijanye na Kristu Yezu+, nk’uko nigisha hose mw’ishengero iryo ari ryo ryose.