2 Timoteyo 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ndakwandikiye wewe Timoteyo, umwana wanje w’umukundwa+: Habe ubuntu ata wari abukwiriye, imbabazi, amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukama wacu+.
2 ndakwandikiye wewe Timoteyo, umwana wanje w’umukundwa+: Habe ubuntu ata wari abukwiriye, imbabazi, amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukama wacu+.