1 Timoteyo 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ndakwandikiye wewe Timoteyo+, umwana wanje+ nyakuri mu kwizera: Habe ubuntu ata wari abukwiriye, imbabazi, amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukama wacu+. 2 Yohani 3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubuntu ata wari abukwiriye+, imbabazi n’amahoro biva ku Mana ari yo Data+ no kuri Yezu Kristu Umwana wa Data, hamwe n’ukuri be n’urukundo+, bizobana natwe.
2 ndakwandikiye wewe Timoteyo+, umwana wanje+ nyakuri mu kwizera: Habe ubuntu ata wari abukwiriye, imbabazi, amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukama wacu+.
3 Ubuntu ata wari abukwiriye+, imbabazi n’amahoro biva ku Mana ari yo Data+ no kuri Yezu Kristu Umwana wa Data, hamwe n’ukuri be n’urukundo+, bizobana natwe.