Ivyakozwe 16:1 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko ashika i Derube n’i Lusitira+. Maze ng’aho hari umwigishwa umwe yitwa Timoteyo+, umwana w’umugore w’Umuyudakazi yemera, mugabo se wiwe akaba yari Umugiriki, Abafilipi 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nayo jewe, ndizigiye mu Mukama Yezu kubarungikira Timoteyo vuba, kugira ngo mbone kugira akamwemwe+ ninamenya ivyanyu.
16 Nuko ashika i Derube n’i Lusitira+. Maze ng’aho hari umwigishwa umwe yitwa Timoteyo+, umwana w’umugore w’Umuyudakazi yemera, mugabo se wiwe akaba yari Umugiriki,
19 Nayo jewe, ndizigiye mu Mukama Yezu kubarungikira Timoteyo vuba, kugira ngo mbone kugira akamwemwe+ ninamenya ivyanyu.